UMWAMI NIWE ADUTUMIRA
Indirimbo n° 73
1. Umwami niw’adutumira, Kuj’ah’ubwokobwiwe buri, Azosanga tumeze dute ? Ah’azozira,
Icitabirizo :
Mwana wa Data we bite? Ah’Umwam’azoza,
Twebwe tuzomera dute? Ah’azozira.
2.Tuzokwambikirway’ingori,
Uwaducunguye yimitswe,
Tuzohoran’ibihe vyose ah’azozira.
2.Tuzokwambikirway’ ingori, Uwaducunguye yimitswe, Tuzohoran’ ibihe vyose ah’azozira.
Icitabirizo :
Mwana wa Data we bite? Ah’Umwam’azoza,
Twebwe tuzomera dute? Ah’azozira.
3.Nk’uk’umuravy’urabagiza,
Nikw’azokwerekana vyose,
Azerekan’ivyo twakoze, ah’azozira,
Icitabirizo :
Mwana wa Data we bite? Ah’Umwam’azoza,
Twebwe tuzomera dute? Ah’azozira.
4. Azonezerw’abony’abiwe, Bambay ’imyambaroyera de,Ni twanesha
tuzonezerwa, ah’azozira.
Icitabirizo :
Mwana wa Data we bite? Ah’Umwam’azoza,
Twebwe tuzomera dute? Ah’azozira.
5. Mwami ni wewe twizigiye, Utwigishe kukwitegura, Ntituzotinye kukubona,
ah’uzozira
5. Mwami ni wewe twizigiye, Utwigishe kukwitegura, Ntituzotinye kukubona, ah’uzozira
Icitabirizo :
Mwana wa Data we bite? Ah’Umwam’azoza,
Twebwe tuzomera dute? Ah’azozira.
Kw’isi hariho amazina y’abantu bakomeye cane
Ikibabaje ayo mazina ntabo
Yahinduriye ubuzima
Uno musi ngiye kubabwira izina ryahinduye ubuzima bwa benshi,
kandi nawe ryoguhindurira ubuzima hamwe woba uvyemeye uno musi
Iryo zina ni irya Yesu
“Ntihigeze kuboneka umuntu avuga nka we.”
Yohana 7:46
Ubuzima bwiwe bwahinduye isi
Ivyiwe vyari vyaravuzwe ataraza kw’isi n’abahanuzi ba kera.
Koko Yesu ni Imana ?
Reka turabe ibyemeza ko Yesu ari Messiya.
Isezerano rya kera ryose rivuga ivya Yesu, akajambo kukandi
Ivyemeza ko Yesu ari Mesiya(Imana)
1. Kuvuka kwiwe kw’agatangaza
Raba, inkumi izosama inda, ivyare umwana w’umuhungu, izomwita Imanuweli.
Yes 7 :14
… nawe uz’ umwite YESU, kukw ari we azokiza abantu biwe ivyaha vyabo. Ivyo vyose vyabaye birtyo ngw ivyo Umwami Imana yavugiye mu kanwa k’uwavugishwa na we biboneke,
… gushitsa aho yavyariye umwana w’umuhungu ; araheza amwita YESU.
Matayo 1 :21-25
Ivyemeza ko Yesu ari Mesiya(Imana)
1. Kuvuka kwiwe kw’agatangaza
Yesu bisigura :Agakiza
Imanuweli : Imana irikumwe natwe
Kristo : Uwarobanujwe Amavuta
Yesaya, Imyaka 700 B.C.
Ivyemeza ko Yesu ari Mesiya(Imana)
1. Kuvuka kwiwe kw’agatangaza
2. Aho yavukiye
Ariko wewe, Betelehemu Efurata, nah’ ur’ inkehwa mu bihumbi vy’i Buyuda, muri wewe hazomviramw’ uzoba segaba mu Bisirayeli ; amamo yiwe yahereye kera hose, ibihe n’ibindi.
Mika 5 :2
Yesu amaze kuvukira i Betelehemu mu gihugu c’i Yudaya …, baja i Yerusalemu, Mat 2 :1
Ivyemeza ko Yesu ari Mesiya(Imana)
1. Kuvuka kwiwe kw’agatangaza
2. Aho yavukiye
3. Uko yahemukiwe
Mber’ umukunzi wanje pfampfe, uwo nizigira, nagaburira,
Na we ambanguriye umugere.
Zaburi 41 :9
Yuda uwo bagendanye niwe yamuhemukiye
Ivyemeza ko Yesu ari Mesiya(Imana)
1. Kuvuka kwiwe kw’agatangaza
2. Aho yavukiye
3. Uko yahemukiwe
4. Igiciro yagurishijweko, niyo ayo mahera yagiye
“Nuko bangerera intete mirongwitatu z’ifeza kw’ingero.
Uhoraho arambwira ati terera umubumvyi ako kaminuza kigiciro banciriye , ndazijana nziterera umubuvyi munzu y’Uhoraho.”
Zekariya 11:12-13
Bamugerera intete z’ifeza mirongwitatu.
Buno bamuvuma amate mu maso, bamukubita ibipfunsi, abandi baramubingura,
Matayo 26 :15, 67
Aterera izo ntete z’ifeza ahera h’urusengero, aragenda, arimanika.
Baja inama, bazigura ubgatsi n’umubumvyi, ngo baze bahahambe injabuka.
Matayo 27 :5, 7
Ivyiwe vyose vyaravuzwe gushitsa kumajambo yavugiye kumusaraba.
Mana yanje, Mana yanje, n’iki kikumpebesheje,
Zaburi 22 :1
Nko kw isaha y’icenda Yesu asemerera n’ijwi rirenga, ati Eli, Eli, lama sabakatani ? risobanurwa ngo Mana yanje, Mana yanje, n’iki kikumpebesheje ?
Matayo 27 :46
« Igihe Abamarayika bavuga: Ooh Mariya, ngibi ivyo Imana (Allah) ivuze, ijambo rivuye ku Uhoraho : Izina ryiwe rizoba Mesiya, Yesu, umuhungu wa Mariya.
(Al-Imran) 3:45
Yesu niwe Mesiya
Yigize umuntu kugira aducungure
Ahumura impumyi
Azura abapfuye
Niwe akiza ivyaha abemeye kumuhungirako.
Yesu yapfuye kubwawe nanje, abantu bagaca babimugayira.
Ariko abamwakiriye bose yabahaye ububasha bwo gucika abana b’Imana. Nibo bizeye izina ryiwe.
(Yoh 1:12)
Abantu benshi batwawe n’ibikorwa vy’imbura kimazi kandi n’abiyita abakriso baratandukiriwe. Benshi bafatiwe amaboko mu mugongo na:
Naje mw’isi nd'umuco,
kugira ng'unyizera wese
ntaz'agume mu mwiza.
Yohana 12:46
Niwigarure, uze kwa Yesu!
UMWAMI NIWE ADUTUMIRA
Indirimbo n° 73
1. Umwami niw’adutumira, Kuj’ah’ubwokobwiwe buri, Azosanga tumeze dute ? Ah’azozira,
Icitabirizo :
Mwana wa Data we bite? Ah’Umwam’azoza,
Twebwe tuzomera dute? Ah’azozira.
2.Tuzokwambikirway’ingori,
Uwaducunguye yimitswe,
Tuzohoran’ibihe vyose ah’azozira.
2.Tuzokwambikirway’ ingori, Uwaducunguye yimitswe, Tuzohoran’ ibihe vyose ah’azozira.
Icitabirizo :
Mwana wa Data we bite? Ah’Umwam’azoza,
Twebwe tuzomera dute? Ah’azozira.
3.Nk’uk’umuravy’urabagiza,
Nikw’azokwerekana vyose,
Azerekan’ivyo twakoze, ah’azozira,
Icitabirizo :
Mwana wa Data we bite? Ah’Umwam’azoza,
Twebwe tuzomera dute? Ah’azozira.
4. Azonezerw’abony’abiwe, Bambay ’imyambaroyera de,Ni twanesha
tuzonezerwa, ah’azozira.
Icitabirizo :
Mwana wa Data we bite? Ah’Umwam’azoza,
Twebwe tuzomera dute? Ah’azozira.
5. Mwami ni wewe twizigiye, Utwigishe kukwitegura, Ntituzotinye kukubona,
ah’uzozira
5. Mwami ni wewe twizigiye, Utwigishe kukwitegura, Ntituzotinye kukubona, ah’uzozira
Icitabirizo :
Mwana wa Data we bite? Ah’Umwam’azoza,
Twebwe tuzomera dute? Ah’azozira.
1. Umwami niw’adutumira, Kuj’ah’ubwokobwiwe buri, Azosanga tumeze dute ? Ah’azozira,
Icitabirizo :
Mwana wa Data we bite? Ah’Umwam’azoza,
Twebwe tuzomera dute? Ah’azozira.
2.Tuzokwambikirway’ingori,
Uwaducunguye yimitswe,
Tuzohoran’ibihe vyose ah’azozira.
2.Tuzokwambikirway’ ingori, Uwaducunguye yimitswe, Tuzohoran’ ibihe vyose ah’azozira.
Icitabirizo :
Mwana wa Data we bite? Ah’Umwam’azoza,
Twebwe tuzomera dute? Ah’azozira.
3.Nk’uk’umuravy’urabagiza,
Nikw’azokwerekana vyose,
Azerekan’ivyo twakoze, ah’azozira,
Icitabirizo :
Mwana wa Data we bite? Ah’Umwam’azoza,
Twebwe tuzomera dute? Ah’azozira.
4. Azonezerw’abony’abiwe, Bambay ’imyambaroyera de,Ni twanesha
tuzonezerwa, ah’azozira.
Icitabirizo :
Mwana wa Data we bite? Ah’Umwam’azoza,
Twebwe tuzomera dute? Ah’azozira.
5. Mwami ni wewe twizigiye, Utwigishe kukwitegura, Ntituzotinye kukubona,
ah’uzozira
5. Mwami ni wewe twizigiye, Utwigishe kukwitegura, Ntituzotinye kukubona, ah’uzozira
Icitabirizo :
Mwana wa Data we bite? Ah’Umwam’azoza,
Twebwe tuzomera dute? Ah’azozira.